ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ntwarante rup. 3
  • 11-17 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 11-17 Ntwarante
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ntwarante rup. 3

11-17 Ntwarante

ABAROMA 15-16

  • Ururirimbo rwa 33 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nuronderere ukwihangana n’uruhoza kuri Yehova”: (Imin. 10)

    • Rm 15:4​—Nusome Ijambo ry’Imana kugira uronke uruhoza (w17.07 14 ing. 11)

    • Rm 15:5​—Nusabe Yehova akuronse “ukwihangana n’uruhoza” (w16.04 14 ing. 5)

    • Rm 15:13​—Yehova araduha icizigiro (w14 15/6 14 ing. 11)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Rm 15:27​—Ni mu buryo ki Abanyamahanga bacitse abakirisu bari “[bafitiye] umwenda” abakirisu b’i Yeruzalemu? (w89 1/12 24 ing. 3)

    • Rm 16:25​—“Ibanga ryeranda ryagumijwe mu gacerere igihe kirekire cane” ni irihe? (it-2 647 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Rm 15:1-16 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 3)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago. (th icigwa ca 10)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago. (th icigwa ca 11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 129

  • Ukuntu Yehova atanga “ukwihangana n’uruhoza”: (Imin. 15) Erekana iyo videwo. Nimuce mwishura ibi bibazo:

    • Ni ibiki wize ku bijanye no kwemera indemesho?

    • Ni ibiki wize ku bijanye no kuremesha abandi?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 58

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 34 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika