ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Rusama rup. 8
  • Ingene igikorwa cacu co gutabara cafashije abavukanyi bo muri Karayibe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene igikorwa cacu co gutabara cafashije abavukanyi bo muri Karayibe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Ubusuku bwo gutabara
    Ubwami bw’Imana buraganza!
  • Ibikorwa vyo gutabara vyabaye mu 2023: «Twariboneye ukuntu Yehova adukunda»
    Ingene intererano mutanga zikoreshwa
  • Ingene twofasha ahateye ibiza n’isibe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Gufasha abashikiwe n’ivyago vy’ivyaduka
    Ingene intererano mutanga zikoreshwa
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Rusama rup. 8
Abavukanyi bariko barasanura igisenge c’inzu yononywe n’igihuhusi muri Karayibe

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingene igikorwa cacu co gutabara cafashije abavukanyi bo muri Karayibe

Nka kumwe kwo mu kinjana ca mbere, muri iki gihe natwe twaratewe iteka ryo kugaragariza urukundo abo dusangiye ukwizera baba bashikiwe n’ivyago. (Yoh 13:34, 35) Raba ividewo ivuga ngo Urukundo mu bikorwa: Igikorwa co gutabara mu mazinga, maze wibonere ingene abavukanyi bitanze bagafasha benewabo bo muri Karayibe. Nimuce mwishura ibi bibazo:

  • Igihuhusi cataziriwe Irma be n’icataziriwe Maria vyasize abavukanyi bacu bo muri Karayibe bamerewe gute?

  • Yehova yafashije gute abavukanyi bo muri Karayibe biciye ku bo basangiye ukwizera?

  • Abakozweko n’ivyo bihuhusi bakiriye gute urukundo rudasanzwe abavukanyi babo babagaragarije?

  • Abavukanyi na bashiki bacu bitanze mu bikorwa vyo gutabara muri Karayibe bari bangahe?

  • Umwe wese muri twebwe yogira uruhara gute mu gikorwa co gutabara?

  • Iyi videwo itumye wiyumva gute kubona uri muri iri shirahamwe rirangwa urukundo?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika