ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Rusama rup. 4
  • 20-26 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 20-26 Rusama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Rusama rup. 4

20-26 Rusama

2 ABAKORINTO 11-13

  • Ururirimbo rwa 3 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “‘Ihwa mu mubiri’ wa Paulo”: (Imin. 10)

    • 2Kr 12:7​—Paulo yarahanganye n’ingorane idahera yari imeze nk’ihwa ryaguma rimuzibura (w08 15/6 3-4)

    • 2Kr 12:8, 9​—Yehova yahisemwo kudakura iryo hwa muri Paulo naho yari yamwinginze ngo arimukuremwo (w06 15/12 24 ing. 17-18)

    • 2Kr 12:10​—Paulo yarashoboye kurangura igikorwa yashinzwe kubera ko yihetse ku mpwemu nyeranda y’Imana (w18.01 9 ing. 8-9)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 2Kr 12:2-4​—“Ijuru rya gatatu” be n’“iparadizo” bishobora kuba vyerekeza ku ki? (w18.12 8 ing. 10-12)

    • 2Kr 13:12​—“Ugusomana kweranda” gushobora kuba kwerekeza ku ki? (it-1 753)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 2Kr 11:1-15 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. (th icigwa ca 2)

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere, uce umwereka igitabu Bibiliya itwigisha iki? (th icigwa ca 4)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 38

  • “Ntiwihebure naho woba ufise ‘ihwa mu mubiri’”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo “Amaso y’impumyi azohumuka.” Menyesha abumviriza ko ibitabu vy’impumyi be n’abatabona neza biboneka mu ndimi 47 zikoresha indome z’impumyi, be n’uko biboneka no mu bundi buhinga. Abamamaji bavyipfuza bobimenyesha uwujejwe ibitabu akabibasabira. Remesha bose kwitwararika uwo wese afise ingorane zo kubona yoba ari mw’ishengero canke mu cibare canyu.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 67

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 78 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika