ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Rusama rup. 5
  • Ntiwihebure naho woba ufise “ihwa mu mubiri”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ntiwihebure naho woba ufise “ihwa mu mubiri”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • “Ihwa mu mubiri” wa Paulo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Kwihanganira ‘Ihwa mu Mubiri’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Barihanganiye Amahwa Mu Mibiri Yabo
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Urashobora kuba umunyabubasha naho woba uri n’ubugoyagoye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Rusama rup. 5
Talita na nyina wiwe be na mwenewabo bariko bararaba ividewo kuri jw.org; nyina aca amusigurira ivyo ariko arumva

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ntiwihebure naho woba ufise “ihwa mu mubiri”

Muri iyi misi ya nyuma itoroshe tubayemwo, abasavyi b’Imana bose barashikirwa n’ingorane zigereranywa n’amahwa. (2Tm 3:1) Twokwiheka gute kuri Yehova maze tukihanganira izo ngorane? Nimurabe ividewo “Amaso y’impumyi azohumuka” mubone ingene Talita Alnashi n’abavyeyi biwe bavyifashemwo, muce mwishura ibi bibazo:

  • Ni “ihwa” irihe Talita afise “mu mubiri”?

  • Ni imihango iyihe yo muri Bibiliya yafashije Talita n’abavyeyi biwe kutihebura?

  • Talita akimara kubagwa, abavyeyi biwe berekanye gute ko biheka kuri Yehova?

  • Abavyeyi ba Talita bakoresheje gute ivyo ishirahamwe rituronsa kugira bamufashe gukunda Yehova?

  • Talita yerekanye gute ko ariko aratera imbere mu vy’impwemu naho afise “ihwa mu mubiri”?

  • Akarorero ka Talita kagufashije gute?

Talita ariko aravuga icizigiro afise, ariko arasoma akoresheje ordinateri, ariko arishura kw’ikoraniro, ari kumwe na se mu ndimiro
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika