ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ruheshi rup. 2
  • 3-9 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 3-9 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ruheshi rup. 2

3-9 Ruheshi

ABAGALATIYA 4-6

  • Ururirimbo rwa 16 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “‘Inkuru y’ikigereranyo’ idufitiye akamaro”: (Imin. 10)

    • Gl 4:24, 25​—Hagari yagereranya Isirayeli yo mu buryo bw’umubiri, iyagengwa n’Itegeko (it-1 56 ing. 1)

    • Gl 4:26, 27​—Sara yagereranya “Yeruzalemu yo hejuru,” ni ukuvuga igice co mw’ijuru c’ishirahamwe rya Yehova (w14 15/10 10 ing. 11)

    • Gl 4:28-31​—Abantu bagamburuka barironkera imihezagiro biciye ku “bana” ba Yeruzalemu yo hejuru

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Gl 4:6​—Ijambo ry’igiheburayo canke ry’igiharameya abba risobanura iki? (w09 1/4 13)

    • Gl 6:17​—Ni mu buryo ki intumwa Paulo yari afise “imyotso y’umushumba wa Yezu”? (w10 1/11 15)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Gl 4:1-20 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gusigura neza ivyanditswe, muce muganira ku cigwa ca 6 c’agatabu Kwigisha.

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w12 15/3 30-31​—Umutwe: Kubera iki abakirisu bakwiye kwirinda amasanamu y’ibiterasoni bivuye inyuma? (th icigwa ca 13)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 110

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana ividewo yo muri Ruheshi ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 69

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 40 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika