UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABANYEFESO 1-3
Ubuyobozi bwa Yehova be n’ivyo bukora
Ubuyobozi bwa Yehova ni intunganyo ituma ibiremwa vyose bifise ubwenge vyunga ubumwe.
Burategura abarobanuwe ku bwo kuba mw’ijuru bari kumwe na Yezu Kristu, we Mutwe wabo
Burategura abazoba kw’isi barongowe n’Ubwami bwa Mesiya
Ni ibiki nokora kugira nterere ku bumwe burangwa mw’ishirahamwe rya Yehova?