14-20 Gitugutu
1 PETERO 1-2
Ururirimbo rwa 29 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Mutegerezwa kuba beranda”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 1 Petero.]
1Pt 1:14, 15—Ivyipfuzo vyacu n’inyifato yacu bikwiye kuba vyeranda (w17.02 9 ing. 5)
1Pt 1:16—Turihatira kwigana Imana yacu nyeranda (lvs 77 ing. 6)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
1Pt 1:10-12—Dushobora gute kwihata nk’abahanuzi be n’abamarayika? (w08 15/11 21 ing. 10)
1Pt 2:25—Umucungezi ruheta ni nde? (it-2 1021 ing. 4)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Pt 1:1-16 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura, uce umuha kimwe mu bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova—Nupange neza ibintu vyawe: (Imin. 6) Erekana iyo videwo. Nuce usaba abana wateguye imbere y’igihe baze ku mukiruruko, ubabaze ibi bibazo: Ni gute Yehova yapanze ikintu cose mu kibanza caco? Bigenda gute ngo imvubu zigume zisukuye? Kubera iki ukwiye kugira isuku mu cumba cawe?
“Yehova akunda abantu basukuye”: (Imin. 9) Guhana ijambo. Erekana ividewo Imana ikunda abantu basukuye.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 87
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 39 n’isengesho