ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Nzero rup. 4
  • Ingaruka zibabaje zakwezwe n’ikinyoma co mu ntango

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingaruka zibabaje zakwezwe n’ikinyoma co mu ntango
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Woba warabwiwe ibinyoma?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • “Izina ryawe niryezwe”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
  • Tube imvugakuri
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi?
    Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Nzero rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 3-5

Ingaruka zibabaje zakwezwe n’ikinyoma co mu ntango

3:1-6, 15-19

Amafoto: 1. Shetani ariko akoresha inzoka mu kuvugana na Eva. 2. Adamu na Eva bamaze gusaza batakigira inguvu. 3. Umurongo w’abantu kuva kuri Adamu na Eva gushika muri iki gihe: Harimwo abantu bo mu biringo bitandukanye, ubwoko butandukanye n’imico kama itandukanye.

Kuva Shetani ahenze Eva, yarabandanije guhenda abantu. (Ivy 12:9) Ibinyoma bikurikira Shetani akwiragiza bibuza gute abantu kwiyegereza Yehova?

  • Nta Mana ibaho

  • Imana ni Ubutatu busiga ubwenge

  • Imana ntigira izina

  • Imana ibabariza abantu mu muriro udahera

  • Ibishika vyose ni Imana iba yabishatse

  • Imana ntibabaye abantu

Ivyo binyoma bivugwa ku Mana bituma wumva umerewe gute?

Wokora iki kugira ukure iceyi ku Mana?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika