ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ruhuhuma rup. 8
  • Yehova yama ashitsa ivyo asezerana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova yama ashitsa ivyo asezerana
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Aburahamu na Sara—Urashobora kwigana ukwizera kwabo!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Tworushiriza gute kwizigira umuhango Yehova yatanze werekeye isi nshasha?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Imihango wokwizigira
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Imana yamwise “Umuganwakazi”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ruhuhuma rup. 8
Sara afise inda ya Izahaki; Sara afashe Izahaki bariko bararaba Hagari na Ishimayeli bomokeye mu bugaragwa.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 20-21

Yehova yama ashitsa ivyo asezerana

21:1-3, 5-7, 10-12, 14

Yehova yarahaye impera Aburahamu na Sara kubera ukwizera kwabo mu kubaha umwana w’umuhungu. Mu nyuma igihe bashikirwa n’ikigeragezo, ukugamburuka kwabo kwarerekanye ko bizera cane ivyo Yehova yasezeranye.

Igihe ndi mu bigeragezo, nokwerekana gute ko nizera ivyo Yehova yasezeranye? Nokomeza gute ukwizera kwanje?

Umudada ari mu bitaro ariko avugana n’umuganga ku mpagararo yiwe ku bijanye n’amaraso, umugabo wiwe n’umukobwa wiwe bariko barabitegereza.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika