ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ntwarante rup. 2
  • “Imana . . . igeza Aburahamu”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Imana . . . igeza Aburahamu”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Ikimenyamenya gikomeye kuruta ibindi vyose c’urukundo rw’Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Kubera iki Imana yasavye Aburahamu gutangako ikimazi umuhungu wiwe?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Imana igeza Aburahamu
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Imana Igerageza Aburahamu
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ntwarante rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 22-23

“Imana . . . igeza Aburahamu”

22:1, 2, 9-12, 15-18

Umubabaro Aburahamu yagize igihe yariko yitegurira gutanga Izahaki nk’ikimazi uradufasha kubona mu bwenge umubabaro Yehova yagize igihe yatanga Umwana wiwe Yezu Kristu ngo atubere incungu. (Yoh 3:16) None amajambo Yehova yavuze ku murongo wa 2 agaragaza gute ikibabarwe afise?

Amafoto: 1. Aburahamu afise imbugita arangamije mu majuru, Izahaki na we aryamye ku gicaniro. 2. Yezu amanitse ku giti co kubabarizwako.

Urukundo rwa Yehova rutuma wipfuza gukora iki?​—1Kr 6:20; 1Yh 4:11

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika