ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ntwarante rup. 3
  • Izahaki aronka umukenyezi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Izahaki aronka umukenyezi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Imana igeza Aburahamu
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ikimenyamenya gikomeye kuruta ibindi vyose c’urukundo rw’Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Imana Igerageza Aburahamu
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Isaka Aronka Umugore Mwiza
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ntwarante rup. 3
Rebeka ariko asuka amazi mu rugomero akoresheje umubindi munini kugira ingamiya zinywe. Umusuku wa Aburahamu ariko amwitegereza ari ku ruhande.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 24

Izahaki aronka umukenyezi

24:2-4, 11-15, 58, 67

Umusuku wa Aburahamu yarasavye Yehova ngo amufashe guhitamwo umugore wa Izahaki. (It 24:42-44) Na twebwe dukwiye kurondera gufashwa na Yehova imbere yo gufata ingingo zikomeye. None twobigira gute?

  • Senga

  • Raba ico Ijambo ry’Imana n’ibitabo vyacu bivuga

  • Rondera gufashwa n’abakirisu bahumuye mu vy’impwemu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika