ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ndamukiza rup. 5
  • 20-26 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 20-26 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ndamukiza rup. 5

20-26 Ndamukiza

ITANGURIRO 32-33

  • Ururirimbo rwa 21 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Woba uriko uranyinyana kugira uronke umuhezagiro?”: (Imin. 10)

    • It 32:24​—Yakobo yaranyinyanye n’umumarayika (w03 15/8 25 ing. 3)

    • It 32:25, 26​—Yakobo yagumye anyinyana gushika aronse umuhezagiro (it-1 356)

    • It 32:27, 28​—Yakobo yarahezagiwe kubera yumiyeko (it-1 1212)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 32:11, 13-15​—Twokwigana gute akigoro kadasanzwe Yakobo yagize mu kurondera amahoro? (w10 15/6 22 ing.  10-11)

    • It 33:20​—Kubera iki ico gicaniro Yakobo yacise ngo “Imana ni Imana ya Isirayeli”? (it-1 641)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 32:1-21 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni mu buryo ki Elise yashinze intahe akoresheje amakuru yo kwizigirwa? Ni gute Elise na Monia bakoranye neza mu gushinga intahe?

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. (th icigwa ca 12)

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya, muce muyiganirako. (th icigwa ca 16)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 35

  • “Ni igiki gihambaye cane kuri jewe?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Niwumire ku migambi yawe y’ivy’impwemu.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 111 ing. 10-21

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 150 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika