ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ndamukiza rup. 6
  • 27 Ndamukiza–3 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 27 Ndamukiza–3 Rusama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ndamukiza rup. 6

27 Ndamukiza–3 Rusama

ITANGURIRO 34-35

  • Ururirimbo rwa 28 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Kwifatanya n’abagenzi babi bikwega akarambaraye”: (Imin. 10)

    • It 34:1​—Dina yari afise akamenyero ko kuja kuraba abakobwa b’i Kanani (w97 1/2 30 ing. 4)

    • It 34:2​—Shekemu yarafashe Dina aramwonona (lvs 124 ing. 14)

    • It 34:7, 25​—Simeyoni na Lewi barishe Shekemu be n’uw’igitsina-gabo wese wo mu gisagara ciwe (w09 1/9 21 ing. 1-2)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 35:8​—Debora yari nde, kandi tumwigirako iki? (it-1 603 ing. 9)

    • It 35:22-26​—Twemezwa n’iki ko abo Mesiya yakomotseko bose batategerezwa kuba ari imfura? (w17.12 14)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 34:1-19 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Elise yagerageje gute gukora ku mutima uwo abwira inkuru nziza? Twotanguza gute inyigisho ya Bibiliya dukoresheje igitabu Bibiliya itwigisha iki?

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 13)

  • Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) fg icigwa ca 4 ing. 6-7 (th icigwa ca 14)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 40

  • “Mushire kure imana z’inyamahanga”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo “Murwanye Shetani.”

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 112

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 143 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika