ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ndamukiza rup. 6
  • Kwifatanya n’abagenzi babi bikwega akarambaraye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kwifatanya n’abagenzi babi bikwega akarambaraye
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Ibiyago vyo mu vy’impwemu birubaka
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Akosho k’Urunganwe n’Agateka Kawe ko Kwamamaza
    Igikorwa dukorera Ubwami—2000
  • Numarane umwanya n’abakunda Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Dukunde abo Imana ikunda
    “Mwigumize mu rukundo rw’Imana”
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ndamukiza rup. 6
Umuvukanyi ariko asangira inzoga n’abo bakorana inyuma y’akazi. Arahagaritswe umutima n’ivyo yumva bayaga ku bijanye n’ivyo bikundira, nk’ivyambarwa, udukino two kuri videwo, amahera be n’utwuma two mu buhinga bwa none.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 34-35

Kwifatanya n’abagenzi babi bikwega akarambaraye

34:1, 2, 7, 25

Naho hoba hari kamere nziza tubona mu babanyi bacu, abo dukorana canke abo twigana, vyoba bisobanura ko ari abagenzi beza? Ni ibiki vyodufasha kumenya ko umuntu ari umugenzi mwiza canke atari we?

  • Kwifatanya na we vyoba bizomfasha gukomeza ubucuti mfitaniye na Yehova?

  • Ibiyago vyiwe bihishura iki ku bijanye n’ivyo abona ko bihambaye?​—Mt 12:34

NIWIBAZE UTI: ‘Abagenzi banje boba batuma ubucuti mfitaniye na Yehova bukomera canke bugoyagoya?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika