ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Rusama rup. 2
  • Yozefu yazize ishari

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yozefu yazize ishari
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Abakirisu Boba Bakwiye Kuba Abanyeshari?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Ingene abubakanye bokwirinda kugiranira ishari
    Icofasha umuryango
  • Vyoba birashika ukagira ishari? Benewabo na Yozefu vyarabashikiye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • “Ndabinginze mwumvirize iyi ndoto”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Rusama rup. 2
Benewabo na Yozefu bariko bamukwega kugira bamute mu cobo c’amazi cumye. Umwe muri bo afise mu minwe ya mpuzu idasanzwe ya Yozefu.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 36-37

Yozefu yazize ishari

37:3-9, 11, 23, 24, 28

Ivyashikiye Yozefu birerekana ingaruka zibabaje z’ishari ritabereye. Nuhuze buri canditswe n’imvo yerekana igituma dukwiye kurandurana n’imizi ishari ryose ritabereye twoba dufise.

ICANDITSWE

  • 1Sm 18:8, 9

  • Img 14:30

  • 2Kr 12:20

  • Gl 5:19-21

IMVO

  • Abanyeshari ntibazotorana Ubwami bw’Imana

  • Ishari rirahungabanya ubumwe n’amahoro mw’ishengero

  • Ishari rirabangamira amagara yacu

  • Ishari riratuma tutabona iciza mu bandi

Ni ibintu ibihe bishobora gutuma tuba abanyeshari?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika