11-17 Rusama
ITANGURIRO 38-39
Ururirimbo rwa 33 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova ntiyigeze aheba Yozefu”: (Imin. 10)
It 39:1—Yozefu yacitse umushumba mu Misiri (w14 1/11 12 ing. 4-5)
It 39:12-14, 20—Yozefu yaragirijwe ibinyoma maze atabwa mw’ibohero (w14 1/11 14-15)
It 39:21-23—Yehova yagumanye na Yozefu (w14 1/11 15 ing. 2)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
It 38:9, 10—Kubera iki Yehova yishe Onani? (it-2 445)
It 38:15-18—Dukwiye gutahura gute ivyabaye hagati ya Yuda na Tamari? (w04 15/1 30 ing. 4-5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 38:1-19 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Uwo mwamamaji yafashije gute umunyamuhana gutahura neza ubutumwa amubwiye? (th icigwa ca 17) Twomwigana gute mu gucira inzira kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha?
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 11)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Musigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nuhunge ubusambanyi nka Yozefu”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nimuhunge ubusambanyi.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 114
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 26 n’isengesho