ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Myandagaro rup. 4
  • 10-16 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 10-16 Myandagaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Myandagaro rup. 4

10-16 Myandagaro

KUVAYO 15-16

  • Ururirimbo rwa 149 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nushemeze Yehova mu kuririmba”: (Imin. 10)

    • Kv 15:1, 2​—Musa na bene Isirayeli barashemeje Yehova mu kuririmba (w95 15/10 11 ing. 11)

    • Kv 15:11, 18​—Yehova arabereye ko tumushemeza (w95 15/10 11-12 ing. 15-16)

    • Kv 15:20, 21​—Miriyamu n’abandi Bisirayelikazi barashemeje Yehova mu kuririmba. (it-2 360 ing. 6; 674)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Kv 16:13​—Ni igiki gishobora kuba caratumye Yehova ahitamwo inkware kugira agaburire Abisirayeli mu gahinga? (w11 1/9 14)

    • Kv 16:32-34​—Wa mubindi wa manu wabikwa hehe? (w06 15/1 31)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 16:1-18 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni gute Linda yakoresheje neza ibibazo? Yafashije gute uwo bayaga gutahura neza icanditswe?

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce ushikiriza kimwe mu bitabu vyacu bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 3)

  • Mugihura: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nimumere nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya, muce muyiganirako. (th icigwa ca 9)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 81

  • “Nushemeze Yehova mu gukora ubutsimvyi”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Abavukana batatu bo muri Mongoliya. Nubaze ibibazo umuvukanyi canke mushiki wacu wo mw’ishengero ariko arakora ubutsimvyi canke yigeze kubukora. Numubaze uti: Ni ingorane izihe wihanganiye? Ni imihezagiro iyihe wironkeye?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 127, uruzitiro “Itongo ry’amaraso”

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 16 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika