ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Myandagaro rup. 6
  • 17-23 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 17-23 Myandagaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Myandagaro rup. 6

17-23 Myandagaro

KUVAYO 17-18

  • Ururirimbo rwa 79 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Abagabo bifata ruto baramenyereza abandi bakabazeza n’amabanga”: (Imin. 10)

    • Kv 18:17, 18​—Yetiro yaratahura ko Musa yari yikoreye umuzigo uremereye (w13 1/2 6)

    • Kv 18:21, 22​—Yetiro yararemesheje Musa kuzeza bimwe mu bikorwa vyiwe abagabo bakwije ibisabwa (w03 1/11 6 ing. 1)

    • Kv 18:24, 25​—Musa yarashize mu ngiro impanuro Yetiro yamuhaye (w02 15/5 25 ing. 5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Kv 17:11-13​—Twokwigana gute ukuntu Aroni na Huru bagize ico bakoze badatebaganye? (w16.09 6 ing. 14)

    • Kv 17:14​—Kubera iki ivyo Musa yanditse biri mu rutonde rw’ibitabu vyemewe ko bigize Bibiliya? (it-1 395)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 17:1-16 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Twigira iki ku kuntu Linda yakiriye inyishu Jeanne yatanze ku bijanye n’ingene bigenda iyo umuntu apfuye? Ni gute Linda yerekanye neza akamaro k’icanditswe basomye?

  • Usubiyeyo: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 12)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce ushikiriza igitabu Bibiliya itwigisha iki? maze utanguze inyigisho ya Bibiliya mu kigabane ca 6. (th icigwa ca 7)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 31

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 128

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 14 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika