24-30 Myandagaro
KUVAYO 19-20
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ya Mabwirizwa Cumi agufasha gute?”: (Imin. 10)
Kv 20:3-7—Nutere iteka Yehova kandi umwihebere wenyene (w89 15/11 6 ing. 1)
Kv 20:8-11—Nugume ushira ivy’impwemu mu kibanza ca mbere mu buzima bwawe
Kv 20:12-17—Nutere iteka abandi kandi ububahe (w89 15/11 6 ing. 2-3)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Kv 19:5, 6—Kubera iki Isirayeli ya kera yatakaje akaryo ko kuba “ubwami bw’abaherezi”? (it-2 658 ing. 5-6)
Kv 20:4, 5—Ni mu buryo ki Yehova azana “igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se” gushika no ku mayaruka akurikira? (w04 15/3 27 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 19:1-19 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha. (th icigwa ca 15)
Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) bhs 68 ing. 17-19 (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Noronka gute umwidegemvyo wiyongereye?: (Imin. 6) Guhana ijambo. Erekana ako kavidewo. Nuce ubaza abakiri bato bari ng’aho uti: Wokora iki kugira abavyeyi bawe bakwizigire? Ukwiye gukora iki igihe ukoze ikosa? Kubera iki utegerezwa gutera iteka abavyeyi bawe kugira uronke umwidegemvyo wiyongereye?
Nutere iteka abavyeyi bawe bitereye mu myaka: (Imin. 9) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni intambamyi izihe zishobora gushika abavyeyi bariko biterera mu myaka? Kubera iki abagize umuryango bakwiye kuyaga igihe bahitamwo ukuntu bokwitwararika umuvyeyi wabo? Abana botera iteka abavyeyi babo gute igihe babitwararika?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 129, uruzitiro “Gutonagura”
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 13 n’isengesho