ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Munyonyo rup. 3
  • 9-15 Munyonyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 9-15 Munyonyo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Munyonyo rup. 3

9-15 Munyonyo

ABALEWI 1-3

  • Ururirimbo rwa 20 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Intumbero y’amashikanwa”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu c’Abalewi.]

    • Lw 1:3; 2:1, 12​—Intumbero y’amashikanwa aturirwa n’amashikanwa y’intete (it-2 847; 849 ing. 7)

    • Lw 3:1​—Intumbero y’ibimazi vy’ugusangira (it-2 847 ing. 5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Lw 2:13​—Kubera iki ishikanwa ryose bategerezwa kuritangana umunyu? (Ezk 43:24; w04 15/5 22 ing. 1)

    • Lw 3:17​—Kubera iki kurya ikinure cari ikizira ku Bisirayeli, kandi tuhakura icigwa ikihe? (it-1 1003; w04 15/5 22 ing. 2)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lw 1:1-17 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nimuze murahagarika iyo videwo igihe iba isa n’iyirangiye, uce ubaza abumviriza ibibazo biboneka muri iyo videwo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 2)

  • Usubiyeyo: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce ushikiriza kimwe mu bitabu bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 53

  • “Agaciro k’‘uduceri tubiri’”: (Imin. 15) Ikiganiro co guhana ijambo gishikirizwa n’umukurambere. Erekana ividewo ivuga ngo ‘Ingabire igenewe Yehova’. Nusome ikete ryavuye ku biro vy’ishami rikenguruka intererano zatanzwe mu mwaka w’umurimo uheze.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) jy rup. 317

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 120 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika