ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Munyonyo rup. 3
  • Intumbero y’amashikanwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intumbero y’amashikanwa
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Ibimazi vy’Ugushemeza Bihimbara Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Ibimazi Vyahimbara Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Dushikane ibimazi bihimbara Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Igira kuri vya bintu vy’ishimikiro vyerekeye ukuri
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Munyonyo rup. 3
Udufoto: 1. Inka, intama n’impene zo gutangako ibimazi. 2. Yezu amanitse ku giti co kubabarizwako.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABALEWI 1-3

Intumbero y’amashikanwa

1:3; 2:1, 12; 3:1

Itegeko rya Musa ryasaba Abisirayeli gutanga amashikanwa canke ibimazi. Ivyo vyarahimbara Yehova bikaba vyari icitegererezo c’inkuka y’incungu ya Yezu canke ingene twokwungukiye kuri iyo ncungu.​—Heb 8:3-5; 9:9; 10:5-10.

  • Kurya nyene ibitungwa batangako ibimazi vyategerezwa kutagira akanenge canke ikirabagu, na Yezu yarashikanye umubiri wiwe utunganye kandi utagira agahaze.​—1Pt 1:18, 19

  • Kurya nyene amashikanwa aturirwa bayashikanira Imana uko yakabaye, Yezu yarishikanye wese kuri Yehova

  • Nk’uko nyene abashikana ibimazi vy’ugusangira vyemerwa baba bafitaniye amahoro n’Imana, ni ko n’abarobanuwe bihereza ku mfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba baba bafitaniye amahoro n’Imana

Umuvukanyi yarobanuwe ariko arihereza ku mukate mu gihe c’Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika