ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nzero rup. 12
  • Yehova aritwararikana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova aritwararikana
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Nugume wicishije bugufi igihe uroraniwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Ivyigwa twigira kuri Samweli
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • “Naramurwanije amaso mu yandi”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nzero rup. 12
Udufoto: 1. Umwana Samweli ariko yumviriza ivyo Yehova amubwira. 2. Samweli ariko arashikiriza Eli ubutumwa bwa Yehova.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova aritwararikana

Samweli yiyumvira ko Eli ari we yariko aramuhamagara (1Sm 3:4-7; w18.09 24 ing. 3)

Yehova yaramenyesheje ko ari we yariko aramuhamagara (1Sm 3:8, 9)

Yehova yaragaragaje ko yitwararika uwukiri muto Samweli (1Sm 3:15-18; w18.09 24 ing. 4)

NIWIBAZE UTI: ‘Ni mu buryo ubuhe nokwerekana ko nitwararika abo nduta n’abanduta? Nokwerekana gute ko nitwararika abandi ku makoraniro?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika