ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Ntwarante rup. 2
  • Ukwita imbere gushikana ku guteterwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ukwita imbere gushikana ku guteterwa
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Ukugamburuka kuruta ikimazi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Mu ntango Sauli yaricisha bugufi kandi akifata ruto
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ubwibone Bushikana ku Guteterwa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • “Kugamburuka kuruta ikimazi”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Ntwarante rup. 2
Umwami Sauli ariko arita imbere mu gushikana ikimazi ku gicaniro.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ukwita imbere gushikana ku guteterwa

Umwami Sauli yabona ko ari mu bihe bigoye cane (1Sm 13:5-7)

Sauli yaritaye imbere aho gukurikiza ubuyobozi bwa Yehova yifashe ruto (1Sm 13:8, 9; w00 1/8 25 ing. 17)

Yehova yaratoje indero Sauli (1Sm 13:13, 14; w07 15/6 27 ing. 8)

Umuntu yita imbere ni umuntu yiha gukora ikintu kandi atabifitiye uburenganzira. Kwita imbere ni igihushane co kwifata ruto. Ni mu bihe ibihe umuntu yoshobora kugeragezwa kwita imbere?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika