ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Ntwarante rup. 12
  • Nurindire Yehova wihanganye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nurindire Yehova wihanganye
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Nugume wicishije bugufi igihe uroraniwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ubuhinga Dawidi yakoresha mu ntambara
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Inkuru yerekana umutima rugabo n’amayeri
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Niwikomeze biciye kuri Yehova Imana yawe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Ntwarante rup. 12
Dawidi n’umwe mu ngabo ziwe binyegeje mw’isenga mu gihe Umwami Sauli ariko arasohoka. Dawidi ariko arabuza umugabo afise inkota ngo ntiyice Sauli.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nurindire Yehova wihanganye

Dawidi yararonse akaryo ko kwikura umwansi ku gakanu (1Sm 24:3-5)

Dawidi yabona ivyariko biramushikira nk’uko Yehova yabibona maze arigumya (1Sm 24:6, 7)

Dawidi yarizera ko Yehova yotoreye umuti izo ngorane yarimwo (1Sm 24:12, 15; w04 1/4 16 ing. 8)

Cokimwe na Dawidi, tubwirizwa kurindira Yehova twihanganye aho gukora ibidahuye n’Ivyanditswe turondera gutorera umuti ingorane zacu.​—Yak 1:4; w04 1/6 22-23.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika