ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Ntwarante rup. 14
  • Woba ukora ibintu utabanje kwiyumvira?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Woba ukora ibintu utabanje kwiyumvira?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Icigwa mu bijanye no kuyaga neza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Nusukire Yehova ibiri mu mutima wawe mw’isengesho
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Abigayili na Dawidi
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Yarakoranye ukwiyubara
    Niwigane ukwizera kwabo
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Ntwarante rup. 14
Udufoto: 1. Dawidi arahagaritse ingabo ziwe igihe bahuye na Abigayili n’abasuku biwe bafise ibifungurwa. 2. Abigayili arapfukamye yicishije bugufi imbere ya Dawidi, akaba ariko aramwinginga.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Woba ukora ibintu utabanje kwiyumvira?

Dawidi yasavye mu rupfasoni, mugabo baca baramutuka (1Sm 25:7-11; ia 78 ing. 10-12)

Dawidi yaciye afata ingingo yo kwica abagabo bose bo mu rugo rwa Nabali (1Sm 25:13, 21, 22)

Abigayili yaratumye Dawidi atagirwa n’amaraso (1Sm 25:25, 26, 32, 33; ia 80 ing. 18)

NIWIBAZE UTI: ‘Noba mfise impengamiro yo gukora ibintu ntiyumviriye igihe nshavuye, igihe ndiko ndasuma, canke igihe ncitse intege? Canke mbanza kuzirikana ingaruka imbere y’uko ngira ico nkoze?’​—Img 15:28; 22:3.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika