ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 9
  • 3-9 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 3-9 Gitugutu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 9

3-9 Gitugutu

1 ABAMI 17-18

  • Ururirimbo rwa 32 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Muzogeza ryari gucumbagira ku vyiyumviro bibiri bitandukanye?”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 1Bm 18:1​—Kubera iki Yezu yavuze ko rwa ruzuba rwatera mu gihe ca Eliya rwamaze “imyaka itatu n’amezi atandatu”? (Lk 4:25; w08 1/4 19, uruzitiro)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 18:36-46 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Bibiliya​—2Tm 3:16, 17. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.

  • Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. (th icigwa ca 12)

  • Insiguro: (Imin. 5) w14 15/2 14-15​—Umutwe: Twigira iki ku kwizera kwa wa mupfakazi? (th icigwa ca 13)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 111

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 21

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 83 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika