ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Ntwarante rup. 6
  • ‘Umutima wanje uzokwama ari ho uri’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Umutima wanje uzokwama ari ho uri’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • “Niwizere Yehova Imana yawe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • B8 Urusengero rwubatswe na Salomo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Niwungukire ku mpanuro ziranga ubukerebutsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Barakoze baratama babitumwe n’urukundo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Ntwarante rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

‘Umutima wanje uzokwama ari ho uri’

Yehova yaritoreye urusengero (2Ng 7:11, 12)

Umutima wa Yehova wokwamye ari ho uri, bikaba vyerekana ko yohaye agaciro cane ivyokorewe muri iyo nzu bijanye n’izina ryiwe (2Ng 7:16; w02 15/11 5 ing. 1)

Abantu baramutse bahevye kugendera imbere ya Yehova “n’umutima wabo wose,” yociye areka urwo rusengero rugakurwaho (2Ng 6:14; 7:19-21; it-2 1048)

Udufoto: Ibikorwa bijanye no gusenga. 1. Umuvukanyi ariko arasenga. 2. Mushiki wacu ariko aratanga inyishu kw’ikoraniro. 3. Umugabo n’umugore wiwe bari mu ndimiro. 4. Umuvukanyi ariko asukura Ingoro y’Ubwami. 5. Umuvukanyi ariko arayobora ugusenga kwo mu muryango ari kumwe n’umugore wiwe n’abana babiri. 6. Mushiki wacu ariko arasoma Bibiliya. 7. Mushiki wacu ariko ashira intererano mu gasandugu k’intererano.

Igihe begurira Imana urwo rusengero, abantu bashobora kuba biyumvira ko umutima wabo wokwamye kuri rwo. Ikibabaje, umwete wabo mu bijanye no gusenga Yehova wagiye uragabanuka buhorobuhoro.

NIWIBAZE UTI: ‘Ndiko nerekana gute ko nitwararika cane ibijanye no gusenga?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika