ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Mukakaro rup. 14
  • Nube intahemuka kuri Yehova igihe uhitamwo abagenzi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nube intahemuka kuri Yehova igihe uhitamwo abagenzi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Ivyigwa ngirakamaro dusanga mu gitabu ca Nehemiya
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Mwarejejwe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • ‘Umunezero Yehova atanga ni wo buhungiro bwanyu’
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Nube isoko ry’indemesho mu bihe vy’ingorane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Mukakaro rup. 14
Nehemiya ashiburiye ibintu vya Tobiya hanze y’icumba c’uburiro c’urusengero.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nube intahemuka kuri Yehova igihe uhitamwo abagenzi

Abamoni n’Abanyamowabu ntibari bemerewe “kuba mu bagize ishengero” kubera ko muri kahise barwanije abasavyi b’Imana (Neh 13:1, 2; it-1 100 ing. 8)

Umuherezi mukuru Eliyashibu yararetse Umwamoni arakoresha icumba c’uburiro mu rusengero (Neh 13:4, 5; w13 15/8 4 ing. 5-6)

Nehemiya yarerekanye ko ari intahemuka kuri Yehova mu gukuraho intunganyo Eliyashibu yari yarashiriyeho umwansi w’Imana (Neh 13:7-9)

Hamwe twohitamwo abagenzi badakunda Yehova, twoba turi intahemuka kuri Yehova?​—w96 15/3 16 ing. 6.

NIWIBAZE UTI: ‘Yehova abona gute ukuntu mpitamwo abagenzi?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika