ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb26 Nzero rup. 11
  • 9-15 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 9-15 Ruhuhuma
  • Agatabu k’ikoraniro ry’ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—2026
Agatabu k’ikoraniro ry’ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—2026
mwb26 Nzero rup. 11

9-15 RUHUHUMA

YESAYA 33-35

Ururirimbo rwa 3 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. «Ni we atuma wiberaho utekanye»

(Imin. 10)

Nusabe Yehova agufashe gutekana igihe uri mu ngorane (Yes 33:6a; w24.01 22 ing. 7-8)

Nurondere ubukerebutsi n’ubumenyi Yehova atanga kugira ufate ingingo nziza (Yes 33:6b; w21.02 29 ing. 10-11)

Niwizigire Yehova maze wibonere ingene ibivugwa muri Yesaya 33:24 biranguka (ip-1 352-355 ing. 21-22)

Umudada ariko arazirikana ku vyo ahejeje kwiyigisha muri tablete yiwe; mu kazingi hari agafoto kerekana utuntu dutuma ubwato butekana igihe hari ibihuhusi.

Nurondere gutekana mu kugira ubushakashatsi no mu kwisunga impanuro ukuramwo

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Yes 35:8—Iyo «nzira y’ubweranda» igereranya iki muri iki gihe? (w23.05 15 ing. 8)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

(Imin. 4) Yes 35:​1-10 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gutanguza ikiyago

(Imin. 3) KU MUGARAGARO. Mutumire kw’ikoraniro. (lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 3)

5. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) INZU KU NZU. Nimumere nk’aho muravye ividewo yo mu Bikoresho bidufasha kwigisha muce muyiganirako. (lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 5)

6. Insiguro

(Imin. 5) lmd inyongera ya A iciyumviro ca 15—Umutwe: Bibiliya iratwigisha ukuntu twosenga. (th icigwa ca 14)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 41

7. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 15)

8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

(Imin. 30) lfb icigwa ca 60-61

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 23 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika