Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG
ICOFASHA UMURYANGO
Ingene wofasha umwana igihe hari ivyamunaniye
Mu buzima hama hari ibitunanira. Nubwire umwana wawe yuko bishobora gushika hakaba ibimunanira, maze umufashe kumenya ingene yobitorera umuti.
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > ICOFASHA UMURYANGO.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > INGO N’IMIRYANGO > KURERA ABANA.
INKURU Z’IVYABAYE
Kubera iki Ivyabona batanu bakiri bato barinze ibibarafu be n’imbeho y’igikonyozi kugira bafashe umubanyi?
Kuri JW Library, nuje ahavuga ngo PUBLICATIONS > RUBRIQUES > INKURU Z’IVYABAYE.
Kuri jw.org, nuje ahavuga ngo IBITWEREKEYE > INKURU Z’IVYABAYE > KUBWIRA ABANDI UKURI KWO MURI BIBILIYA.