ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwfq ikiganiro 11
  • Mwoba muri akadumbi k’idini ko muri Amerika?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Mwoba muri akadumbi k’idini ko muri Amerika?
  • Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Ugukorera mu Mpisho mw Izina ry’Umukama
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1997
Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
ijwfq ikiganiro 11
Umugwi w’abantu bahimbawe bava mu bihugu bitandukanye

Mwoba muri akadumbi k’idini ko muri Amerika?

Icicaro gikuru cacu kiri muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika. Ariko ntituri akadumbi k’idini ko muri Amerika kubera imvo zikurikira:

  • Bamwe basigura ko akadumbi ari umugwi wiyonkoye kw’idini rikomeye. Ivyabona vya Yehova nta dini rinaka twiyonkoyeko. Ahubwo tubona ko twasubijeho ubukirisu bwariho mu kinjana ca mbere.

  • Ivyabona vya Yehova dukorera mu bihugu n’uturere birenga 230. Aho tuba hose, tuyobokera ahanini Yehova Imana na Yezu Kristu, atari intwaro yo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika canke iyindi ntwaro iyo ari yo yose.—Yohani 15:19; 17:15, 16.

  • Inyigisho zacu zose zishingiye kuri Bibiliya, si ku vyandiko vy’umukuru w’idini kanaka wo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika.​—1 Abatesalonika 2:13.

  • Ntidukurikira indongozi n’imwe y’umuntu, ahubwo dukurikira Yezu Kristu.​—Matayo 23:8-10.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika