ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwfq ikiganiro 13
  • Mwoba mufise abakuru bahembwa?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Mwoba mufise abakuru bahembwa?
  • Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Ukuntu Ivyabona vya Yehova Bagize Ishirahamwe
    Ni Ibiki Imana Idusaba?
  • Ni Bande Ari Abasuku b’Imana Muri Iki Gihe?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Kubera iki Imana ifise ishirahamwe?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Ingene ishengero ritunganijwe
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
Ibindi
Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
ijwfq ikiganiro 13
Umusuku mukirisu ariko ashikiriza insiguro ishingiye kuri Bibiliya

Mwoba mufise abakuru bahembwa?

Nk’uko vyari mu bakirisu bo mu kinjana ca mbere, mu Vyabona vya Yehova nta bitwa ko ari abakuru abandi ngo bitwe ko ari abakirisu basanzwe. Ababatijwe bose ni abasuku bemewe, bakaba rero bagira uruhara mu gikorwa co kwamamaza inkuru nziza no kwigisha abantu Bibiliya. Ivyabona bagabuwe mu mashengero, rimwerimwe ryose rikaba ririmwo nk’Ivyabona 100. Buri shengero ririmwo abagabo bahumuye mu vy’Imana bakora ari “abagabo b’inararibonye,” ari bo bakurambere b’ishengero. (Tito 1:5) Igikorwa bakora ntibagihemberwa.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika