ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwfq ikiganiro 14
  • Amashengero yanyu atunganijwe gute?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amashengero yanyu atunganijwe gute?
  • Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Abacungezi b’Ingenzi—Ni Ingabire-bantu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1996
  • Ibikorwa bigeze he i Warwick?
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Abacungezi b’imizunguruko badufasha gute?
    Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?
  • Ingene ishengero ritunganijwe
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
Ibindi
Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
ijwfq ikiganiro 14
Ikoraniro ry’ishengero

Amashengero yanyu atunganijwe gute?

Umugwi w’abakurambere ni wo uhagarikira ishengero rimwerimwe ryose. Amashengero nka 20 agira ico twita umuzunguruko, imizunguruko nka 10 na yo ikagira ico twita intara. Uko haciye igihe kinaka, amashengero yama agenderwa n’abakurambere bakora igikorwa co kugendera amashengero, ari bo bacungezi b’imizunguruko n’abacungezi b’intara.

Inama Nyobozi, ino ikaba igizwe n’abamaze igihe kirekire cane ari Ivyabona vya Yehova, ni yo itanga ubuyobozi bushingiye kuri Bibiliya, ikaba ikorera ku cicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova kiri i Warwick, i New York muri Amerika.—Ivyakozwe 15:23-29; 1 Timoteyo 3:1-7.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika