ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwfq ikiganiro 24
  • Kubera iki aho musengera muhita “Ingoro y’Ubwami”?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kubera iki aho musengera muhita “Ingoro y’Ubwami”?
  • Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Ibibanza dusengeramwo
    Ishirahamwe rikora ivyo Yehova agomba
  • Filemoni: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Iki ni ikibanza dusengeramwo
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Kubera iki twoja ku makoraniro ku Ngoro y’Ubwami?
    Urwaruka ruribaza
Ibindi
Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
ijwfq ikiganiro 24

Kubera iki aho musengera muhita “Ingoro y’Ubwami”?

Iryo zina rirabereye kubera izi mvo zikurikira:

  • Iyo nyubakwa ni ingoro, ni ukuvuga ikibanza kigirirwamwo amakoraniro.

  • Dukoranira hamwe kugira dusenge Yehova, ya Mana ivugwa muri Bibiliya, no kugira dushinge intahe ku biyerekeye.​—Zaburi 83:18; Yesaya 43:12.

  • N’ikindi kandi, dukoranira hamwe kugira twige ivyerekeye Ubwami bw’Imana, ubwo Yezu yakunda kuvuga.​—Matayo 6:9, 10; 24:14; Luka 4:43.

Urahawe ikaze kugendera Ingoro y’Ubwami iri hafi yawe maze wibonere ingene Ivyabona vya Yehova bagira amakoraniro yabo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika