ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwfq ikiganiro 27
  • Iwanyu hoba hari abagore bavuga ubutumwa?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Iwanyu hoba hari abagore bavuga ubutumwa?
  • Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Abagore boba bakwiye kuba abasuku?
    Be maso!—2010
  • Imana irabatera iteka ikabaha n’icubahiro
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Mbega mu Vyabona vya Yehova, abagore barigisha?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Imana yoba vy’ukuri yitaho abakenyezi?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ibindi
Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
ijwfq ikiganiro 27

Iwanyu hoba hari abagore bavuga ubutumwa?

Ego. Ivyabona vya Yehova bose baravuga ubutumwa, ushizemwo n’abagore amamiliyoni. Nkako, Bibiliya yari yaravuze ko ‘abagore batangaza inkuru nziza ari benshi.’​—Zaburi 68:11.

Ivyabona vya Yehova b’abagore bakurikira akarorero basigiwe n’abagore bavugwa muri Bibiliya. (Imigani 31:10-​31) Naho batarangura amabanga yo kuyobora abandi mw’ishengero, baragira uruhara bimwe bishitse mu gikorwa co kubwira abantu inkuru nziza. Barigisha kandi abana babo ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya. (Imigani 1:8) Mu mvugo no mu ngiro, barihatira kugira akosho keza ku bandi.​—Tito 2:​3-5.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika