ITANGURIRO
IBIRIMWO MURI MAKE
1
2
Imana iruhuka ku musi ugira indwi (1-3)
Yehova Imana, Umuremyi w’ijuru n’isi (4)
Umugabo n’umugore mw’itongo rya Edeni (5-25)
Imana ibumba umuntu mu mukungugu (7)
Itegeko ribuza kurya ku giti kimenyekanisha iciza n’ikibi (15-17)
Imana irema umugore (18-25)
3
4
5
6
Abamarayika birongorera abagore bo kw’isi (1-3)
Abanefili bavuka (4)
Yehova ababazwa n’ububisha bw’abantu (5-8)
Nowa asabwa kwubaka ubwato (9-16)
Imana imenyesha ko igiye kuzana umwuzure (17-22)
7
8
9
Ivyo Imana yasavye abantu bose kwubahiriza (1-7)
Isezerano ry’umunywamazi (8-17)
Ubuhanuzi bwerekeye uruvyaro rwa Nowa (18-29)
10
11
12
13
Aburamu agaruka i Kanani (1-4)
Aburamu na Loti batandukana (5-13)
Imana isubiriramwo Aburamu umuhango yamuhaye (14-18)
14
15
16
17
Aburahamu azoba se w’amahanga menshi (1-8)
Isezerano ry’ukugenyerwa (9-14)
Sarayi ahindurirwa izina akitwa Sara (15-17)
Imana isezerana ivuka rya Izahaki (18-27)
18
Abamarayika batatu bagendera Aburahamu (1-8)
Sara asezeranirwa kuvyara umuhungu, agaca atwenga (9-15)
Aburahamu atakambira Imana ngo ntitikize Sodomu (16-33)
19
Loti agenderwa n’abamarayika (1-11)
Loti n’umuryango wiwe basabwa guhunga (12-22)
Sodomu na Gomora hatikizwa (23-29)
Loti n’abakobwa biwe (30-38)
20
21
Izahaki avuka (1-7)
Ishimayeli acokora Izahaki (8, 9)
Hagari na Ishimayeli birukanwa (10-21)
Aburahamu agiranira isezerano na Abimeleki (22-34)
22
23
24
25
Aburahamu asubira kurongora (1-6)
Urupfu rwa Aburahamu (7-11)
Abahungu ba Ishimayeli (12-18)
Yakobo na Esawu bavuka (19-26)
Esawu agurisha uburenganzira bwiwe bw’imfura (27-34)
26
Izahaki na Rebeka i Gerari (1-11)
Abungere bapfa amariba y’amazi (12-25)
Izahaki agiranira isezerano na Abimeleki (26-33)
Abagore babiri ba Esawu b’Abahetikazi (34, 35)
27
Izahaki ahezagira Yakobo (1-29)
Esawu arondera guhezagirwa mugabo ata kwigaya afise (30-40)
Esawu agirira inzigo Yakobo (41-46)
28
29
Yakobo ahura na Rasheli (1-14)
Yakobo akunda Rasheli (15-20)
Yakobo arongora Leya na Rasheli (21-29)
Abahungu bane Yakobo yavyaranye na Leya: Rubeni, Simeyoni, Lewi na Yuda (30-35)
30
Biluha avyara Dani na Nafutali (1-8)
Zilupa avyara Gadi na Asheri (9-13)
Leya avyara Isakari na Zabuloni (14-21)
Rasheli avyara Yozefu (22-24)
Ibitungwa vya Yakobo vyongerekana (25-43)
31
Yakobo ahungira i Kanani mu mpisho (1-18)
Labani akurikira Yakobo akamushikira (19-35)
Yakobo agiranira isezerano na Labani (36-55)
32
Yakobo ahura n’abamarayika (1, 2)
Yakobo yitegurira guhura na Esawu (3-23)
Yakobo anyinyurana n’umumarayika (24-32)
33
34
35
Yakobo yikurako imana z’inyamahanga (1-4)
Yakobo agaruka i Beteli (5-15)
Benyamini avuka, Rasheli agaca apfa (16-20)
Abahungu 12 ba Isirayeli (21-26)
Urupfu rwa Izahaki (27-29)
36
37
38
39
Yozefu mu rugo kwa Potifari (1-6)
Yozefu yanka kuryamana na muka Potifari (7-20)
Yozefu mw’ibohero (21-23)
40
41
Yozefu asobanura indoto za Farawo (1-36)
Farawo ashira hejuru Yozefu (37-46a)
Yozefu ahagarikira igikorwa co kwegeranya no gutanga ibifungurwa (46b-57)
42
Benewabo na Yozefu baja mu Misiri (1-4)
Yozefu abonana na benewabo, agaca abageza (5-25)
Benewabo na Yozefu basubira kwa Yakobo (26-38)
43
Benewabo na Yozefu basubira mu Misiri bari kumwe na Benyamini (1-14)
Yozefu asubira kubonana na benewabo (15-23)
Yozefu asangira na benewabo (24-34)
44
45
46
Yakobo n’abo mu rugo rwiwe bimukira mu Misiri (1-7)
Amazina y’abimukiye mu Misiri (8-27)
Yozefu asanga Yakobo i Gosheni (28-34)
47
Yakobo abonana na Farawo (1-12)
Yozefu ayobora igihugu neza (13-26)
Isirayeli aba i Gosheni (27-31)
48
49
50
Yozefu aja guhamba Yakobo i Kanani (1-14)
Yozefu ahumuriza benewabo ko yabahariye (15-21)
Imisi ya nyuma ya Yozefu n’urupfu rwiwe (22-26)