GUHARURA
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Kwandika abagabo baja mu gisoda (1-46)
Abalewi ntibanditswe mu baja mu gisoda (47-51)
Ukuntu ikambi yari itunganije (52-54)
2
3
4
Igikorwa c’Abakohati (1-20)
Igikorwa c’Abagerishoni (21-28)
Igikorwa c’Abamerari (29-33)
Incamake y’urusansuma (34-49)
5
Gushira umuntu ahumanye ukwa wenyene (1-4)
Kwatura ibicumuro hamwe no gutanga inshumbusho (5-10)
Amazi yo gusuzuma uwo biketse ko yarenze ibigo (11-31)
6
7
8
Aroni yatsa amatara indwi (1-4)
Abalewi batyororwa hanyuma bagatangura ibikorwa vyabo (5-22)
Imyaka y’abemererwa gukora igikorwa c’Abalewi (23-26)
9
10
Inzamba zikozwe mw’ifeza (1-10)
Bava ku musozi Sinayi (11-13)
Ingene bakurikirana mu kugenda (14-28)
Musa asaba Hobabu ngo yereke inzira Abisirayeli (29-34)
Isengesho Musa yatura bahagurutse (35, 36)
11
Imana ibatiburiramwo umuriro kubera bidodomvye (1-3)
Abisirayeli barira basaba inyama (4-9)
Musa avuga ko ata vyo ashoboye (10-15)
Yehova aha impwemu abashingantahe 70 (16-25)
Elidadi na Medadi; Yosuwa yumvira impuhwe Musa (26-30)
Inkware; Imana ihana Abisirayeli kubera umunoho wabo (31-35)
12
Miriyamu na Aroni bidogera Musa (1-3)
Yehova aburanira Musa (4-8)
Miriyamu afatwa n’imibembe (9-16)
13
14
Abantu bashaka gusubira mu Misiri (1-10)
Yehova ashavura; Musa atakambira Yehova (11-19)
Igihano co kumara imyaka 40 mu bugaragwa (20-38)
Abisirayeli batsindwa n’Abamaleki (39-45)
15
Amategeko yerekeye amashikanwa (1-21)
Amashikanwa y’ibicumuro umuntu akoze atabishaka (22-29)
Igihano ku muntu acumuye n’ibigirankana (30, 31)
Uwishwe kubera yarenze kw’Isabato (32-36)
Itegeko ryo gushira ubuyonga ku mpuzu (37-41)
16
17
18
Ibikorwa vy’abaherezi n’Abalewi (1-7)
Umugabane w’abaherezi (8-19)
Abalewi baronka ic’icumi, bagatanga ic’icumi (20-32)
19
20
Miriyamu apfira i Kadeshi (1)
Musa akubita igitandara akaba acumuye (2-13)
Edomu yanka ko Abisirayeli barengana (14-21)
Aroni apfa (22-29)
21
Umwami wa Aradi atsindwa (1-3)
Inzoka y’umujumpu (4-9)
Abisirayeli baca hirya ya Mowabu (10-20)
Sihoni umwami w’Abamori atsindwa (21-30)
Ogi umwami w’Abamori atsindwa (31-35)
22
23
24
25
26
27
28
29
30
31
32
33
34
35
36