Ibirimwo
Ndamukiza 2014
© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Kubera iki wobandanya kubaho?
2 Kubera ko hariho ivyogufasha
URUPAPURO RWA 6-9
RABA IBINDI KU MUHORA WO KURI INTERNET
IMIYABAGA
Nurabe inyishu zishingiye kuri Bibiliya z’ibibazo bitari bike, ushizemwo n’ibi:
• “Ni ibiki nkwiye kumenya ku bijanye n’ukurungikiranira ibiterasoni kuri telefone?”
• “Nokora iki igihe numva irungu?”
• “Nokora iki igihe hari uwuntoteza?”
Raba n’ibisigurwa bariko barabicapa, bivuga ngo Umugenzi nyakuri ameze gute?
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA)
ABANA
Soma izi nkuru zo muri Bibiliya zerekanywe mu mashusho. Nukoreshe ayo mashusho mu gufasha abana bawe kurushiriza kumenya abantu bavugwa muri Bibiliya be n’ingingo ngenderwako zigenga inyifato runtu.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA)