ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 8
  • Gamburuka urutonde rwa gitewokarasi udahemuka

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gamburuka urutonde rwa gitewokarasi udahemuka
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Tuyobokere urutonde rwa gitewokarasi tudahemuka
    Turirimbire Yehova
  • Tugamburuke ubuyobozi tudahemuka
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Twasezeraniwe ubuzima budahera
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Tugaragaze ukudahemuka
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 8

Ururirimbo rwa 8

Gamburuka urutonde rwa gitewokarasi udahemuka

(1 Ab’i Korinto 14:33)

1. ’Basavyi b’Imana bavuga hose

Ukuri kw’Ubwami kuryoshe rwose.

Tewokrasi bama bagamburuka.

Kudahemuka bo bama bibuka.

(Icitabirizo)

2. Yezu we ndongozi ni w’ayobora

Abasoda biwe mu vyo bakora.

Barwana mu mpwemu si mu mubiri

Bunz’ubumwe rwose, ’vyo ni ko biri.

(Icitabirizo)

3. “ ’Mushumba” w’Imana n’impwemu yayo

Bizoturongora mu ngendo nyayo.

Dushikame rero ku vy’itegeka,

Tuburir’abantu tudahemuka.

(ICITABIRIZO)

Mu kuyoboka ntitudohoka,

N’ivyo duh’Imana.

Iraturinda ikadukunda,

’Kwumvira tukamana.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika