ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 20
  • Ririmba ururirimbo rw’akamwemwe k’Ubwami

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ririmba ururirimbo rw’akamwemwe k’Ubwami
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Jamwo muri ya ndirimbo y’Ubwami!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Jamwo muri ya ndirimbo y’Ubwami!
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Jamwo mu ndirimbo y’Ubwami!
    Turirimbire Yehova
  • Rwa ruririmbo rushasha
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 20

Ururirimbo rwa 20

Ririmba ururirimbo rw’akamwemwe k’Ubwami

(Zaburi 96:1, 10)

1. Ka kamwemwe k’Ubwam’ingo

Twese turirimbe.

Ririmbe murangurura;

’Kayego karembe.

Menyesh’Ubwami bwashinzwe

’Birenge ni vyiza;

Vy’abajana ya nkuru ngo:

‘ ’Mana ni y’ikiza’.

2. Mu kuririmba Yehova

Ni we twe dukeza.

Tumusenga tumutinya

’Zina tukaryeza.

’Bimana ’bantu basaba

Nta kintu bimaze;

Imana twe ntiduheba

’Kuri yaratanze.

3. Jamwo nawe turirimbe,

Na rwo ruvuga ngo:

‘Ya ni w’aganza, mw’ijuru

Bagakom’irango.

Yehov’acir’imanz’isi

Na kwa kuri kwiwe.

Ahezagir’abo bose

Bizerwa kuri we.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika