Ururirimbo rwa 58
Yehova, ‘ya Mana yirura imibabaro yose’
1. ’Mana yirur’umubabaro
Ko twikundirwa na yo.
’Jambo ryayo twiruz’abandi,
Twisung’Umwana wayo.
2. Amarushwa ubu ni menshi;
Twes’aradushikira.
Yehova w’azoturemesha,
Ko twe tumuvugira.
3. Tazira ya Man’itwirura;
Mbere twe ntituganye:
Izoduh’ivyo dufungura
Tugumye twihanganye.
4. Twese turaronk’amahoro
Duhanganye n’ivyago.
Yez’ati: ‘ ’Man’irakundana’.
Ni co car’ikiyago.