ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 135
  • Yehova, Bwugamo bwacu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova, Bwugamo bwacu
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Yehova Aratwigisha Ukuntu Twoharura Imisi Yacu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
  • Iparadizo yacu y’ubu be n’iyo muri kazoza
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Yehova ni we hantu hacu ho kuba
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Shemeza Yehova, we Gitandara
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 135

Ururirimbo rwa 135

Yehova, Bwugamo bwacu

(Zaburi 90:1)

1. Ya, watuberey’ubwugamo

Kuva na kera na rindi.

Kuv’utararem’imisozi,

Niw’ukomeye nta wundi.

Ni we Mana mu bihe vyose;

Nta ho wiger’uhinduka.

Naho watugiz’inkungugu

Wama nantary’utwibuka.

2. ’Myak’igihumbi kuri wewe

Ni nk’umus’umwe waheze.

Yamara twe turi nk’ishurwe

Ryum’ata kanya rimaze.

’Myaka yacu ni mirongw’indwi,

Mirongw’inani twaramvye;

Nayo nyene yuzuy’intuntu

Umunt’akama yahavye.

3. Twigishe guharur’imisi,

Ngo tugir’umunezero.

Turondeye kugir’ubwenge,

Kugushima ni ryo turo.

Ese Yehova wohimbarwa

Na twebw’abasavyi bawe.

Dushimir’ibikorwa vyacu

Tugusabe duhimbawe.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika