ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • cf rup. 150
  • “Urukundo Kristu afise ruratugobera”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Urukundo Kristu afise ruratugobera”
  • “Ingo unkurikire”
  • Ivyo bijanye
  • Urukundo Ruradusunikira ku Kwamamaza
    Igikorwa dukorera Ubwami—2001
  • Ingene twokwerekana ko dukunda bagenzi bacu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
  • Tubeho tutacinezereza
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Aho niyandikira utuntu​—Ukwidagadura
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 1
Ibindi
“Ingo unkurikire”
cf rup. 150

IGIHIMBA CA 3

“Urukundo Kristu afise ruratugobera”

Ni igiki gituma tuguma dukurikira Yezu? Intumwa Pawulo yishura ati: «Urukundo Kristu afise ru[ra]tugobera.» (2 Abakorinto 5:14) Muri iki gihimba, turihweza urukundo Yezu akunda Yehova, urwo akunda abantu muri rusangi be n’urwo akunda umwe wese muri twebwe. Uwo mwihwezo uratugobera vy’ukuri. Turumva dukozwe ku mutima, bigatuma tugira ico dukoze, tukarushiriza gukurikiza akarorero ka Databuja.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika