ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 36
  • ‘Ico Imana yafatanije’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Ico Imana yafatanije’
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • ‘Ico Imana yafatanije’
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Abantu ba Yehova bahiriwe
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ubuzima butagira iherezo—ngubwo!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Twasezeraniwe ubuzima budahera
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 36

Ururirimbo 36

‘Ico Imana yafatanije’

Integuro icapuwe

(Matayo 19:5, 6)

1. Ng’abo barushinze.

Twabibonye hano,

N’Imana yabibonye.

Bagiz’indagano:

Umugab’azokunda

Uwo bubakanye.

(ICITABIRIZO)

Ico yafatanije

Ntitukagitanye.

2. Barasesanguye

Ijambo ry’Imana,

Non’ubu bayisaba

Kuguma babana.

Umugor’azokunda

Uwo bubakanye.

(ICITABIRIZO)

Ico yafatanije

Ntitukagitanye.

(Raba kandi Ita. 2:24; Umus. 4:12; Ef. 5:22-33.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika