ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ll igice 12 rup. 26-27
  • Ushobora gute kugira ubuzima bwo mu rugo burangwa agahimbare?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ushobora gute kugira ubuzima bwo mu rugo burangwa agahimbare?
  • Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
  • Ivyo bijanye
  • Ingene mwohimbarwa mu rugo
    Bibiliya itwigisha iki?
  • Umubano wo mu Rugo Uhimbara Imana
    Ni Ibiki Imana Idusaba?
  • Impfunguzo Zibiri Zituma Umubano w’Ababiranye Urama
    Akabanga ko Kuronka Agahimbare mu Rugo
  • Igice ca 12
    Niwumvirize Imana
Ibindi
Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
ll igice 12 rup. 26-27

IGICE CA 12

Ushobora gute kugira ubuzima bwo mu rugo burangwa agahimbare?

Urukundo ni rwo rutuma mu miryango haba agahimbare. Abanyefeso 5:33

Adamu na Eva bari muri Edeni

Ibwirizwa ry’Imana rivuga ko umubano w’ababiranye ukwiriye kuba ugizwe n’umugabo umwe n’umugore umwe.

Umugabo ariko aritwararika umugore wiwe arwaye; umugore yateguriye ibifungurwa umugabo wiwe

Umugabo munyarukundo arafatana umugore wiwe ikibabarwe akongera akamutahura.

Umugore akwiye gusenyera ku mugozi umwe n’umugabo wiwe

Umuvyeyi ariko araremesha agahungu kiwe gukurikira mu makoraniro

Abana bakwiye kwubaha abavyeyi babo.

Nube umunyabuntu n’umwizigirwa, ntube inkazi kandi ntuhemukire uwo mwubakanye. Abakolosayi 3:5, 8-10

Abavyeyi bariko barigisha Bibiliya agakobwa kabo

Ijambo ry’Imana rivuga yuko umugabo akwiye gukunda umugore wiwe nk’umubiri wiwe bwite, kandi ko umugore akwiriye kugaragariza umugabo wiwe icubahiro kigera kure.

Umugore ababajwe n’uko umugabo wiwe ariko araraba uwundi mugore

Guhuza ibitsina n’uwo mutubakanye ni bibi. Kugira abagore benshi na vyo nyene ni bibi.

Umuryango uriko urihweza izuba ririko rirarenga

Ijambo rya Yehova ririgisha imiryango ingene yohimbarwa.

  • Nugume wigenza runtu.—1 Abakorinto 6:18.

  • Nukunde abana bawe, ubigishe kandi ubakingire.—Gusubira mu vyagezwe 6:4-9.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika