Icigwa ca 3
Integuro icapuwe
Dawidi aramenye ko umugenzi wiwe arwaye.
Aciye yibwira ati: “Ndazi ico nza gukora.
Ndamwandikira agakete kugira yumve mitende, mpejeje nce ndakamushira!”
Niwereke mugenzawe umutima mwiza, mwese muzoryoherwa!
KORA IBI
Somera umwana wawe:
Saba umwana wawe yerekane:
Inzu Imeza Dawidi
Izuba Inyoni Igiti
Baza umwana wawe uti:
Urazi umuntu arwaye?
Twofasha gute uwo muntu kwumva mitende?