Icigwa ca 5
Integuro icapuwe
Igihe umugenzi aguhaye ingabirano canke agukoreye ikintu ciza, uraryoherwa cane. Nuce rero umushimira cane!
Kandi aho uri hose, ivyo ukora vyose, wame wibuka gushima
KORA IBI
Somera umwana wawe:
Saba umwana wawe yerekane:
Ingabirano Agahungu
Urugi Ivyo kurya
Rondera ibi bintu bihishijwe:
Icamwa Telefone
Baza umwana wawe uti:
Kubera iki ari vyiza gushima?