ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • jy rup. 320
  • Ubuhanuzi bukeyi bwerekeye Mesiya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubuhanuzi bukeyi bwerekeye Mesiya
  • Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
  • Ivyo bijanye
  • Ubuhanuzi bwerekeye Mesiya bwoba bwemeza ko Yezu yari we Mesiya?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Yezu Kristu ni we Mesiya yari yarasezeranywe
    Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?
  • Mesiya
    Be maso!—2015
  • Ubuhanuzi bwavuze ivyerekeye Mesiya
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ibindi
Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
jy rup. 320

Ubuhanuzi bukeyi bwerekeye Mesiya

IVYABAYE

UBUHANUZI

IRANGUKA

IKIGABANE

Avukira i Betelehemu

Mika 5:2

Luka 2:1-6

5, 7, 67

Guhungira mu Misiri no kuvayo

Hoseya 11:1

Matayo 2:13-15, 19, 20

8

Abavyeyi barira kubera bahekuwe n’abarondera kwica Yezu akiri umwana

Yeremiya 31:15

Matayo 2:17, 18

8

Atangaza ukurekurwa ku mbohe

Yesaya 61:1, 2

Luka 4:17-21

21

Aba i Kaperinawumu muri Galilaya

Yesaya 9:1, 2

Matayo 4:13-17

22, 67

Akiza abarwayi benshi

Yesaya 53:4

Matayo 8:16, 17

23

Ntatongana mu mabarabara

Yesaya 42:1-4

Matayo 12:16-21

33

Yigisha akoresheje uturorero

Zaburi 78:2; Yesaya 6:9, 10

Matayo 13:13-15, 34, 35

43

Yinjira i Yeruzalemu ari ku mwana w’indogobwa

Zekariya 9:9

Matayo 21:1-9

102

Benshi banka kumwizera

Yesaya 6:10; 53:1

Yohani 12:37, 38

104

Ahemukirwa n’umugenzi yari yizigiye

Zaburi 41:9

Yohani 13:18, 21

117

Abigishwa barasabagira, bakamuta

Zekariya 13:7

Matayo 26:31, 54-56

118, 124

Bamwankira ubusa

Zaburi 35:19; 69:4

Yohani 15:24, 25

120

Abasoda bagabura impuzu ziwe

Zaburi 22:18

Yohani 19:23, 24

131

Anyoterwa amanitswe ku giti

Zaburi 22:15

Yohani 19:28

132

Bamucumita yamaze gupfa

Zekariya 12:10

Yohani 19:34, 37

133

Nta gufa ryiwe ryavunywe

Zaburi 34:20

Yohani 19:36

133

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika