ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • lfb rup. 38-39
  • Intangamarara y’igihimba ca 4

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intangamarara y’igihimba ca 4
  • Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ivyo bijanye
  • Intangamarara y’igihimba ca 11
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Yarakingiye umuryango, arawuronderera, arumira kw’ibanga
    Niwigane ukwizera kwabo
  • Wa “Mucamanza w’isi yose” yama akora ibigororotse
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Yarakingiye umuryango, arawuronderera, arumira kw’ibanga
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ibindi
Ivyigwa dukura muri Bibiliya
lfb rup. 38-39
Musa n’Abisirayeli bariko bararaba ingene ikiyaga Gitukura cigaburamwo kubiri

Intangamarara y’igihimba ca 4

Muri iki gihimba turabona ivyerekeye Yozefu, Yobu, Musa n’Abisirayeli. Bose Shetani yarabagerageje cane. Bamwe muri bo bararenganijwe, barapfungwa, baragirwa abaja, mbere n’ugupfa barapfa. Ariko Yehova yarabakingiye mu buryo butandukanye. Nimba uri umuvyeyi, nufashe umwana wawe gutahura ukuntu abo basavyi ba Yehova bagumanye ukwizera gukomeye naho bashikiwe n’ingorane.

Yehova yarakoresheje ibihano cumi mu kwerekana ko akomeye kuruta imana zose zo mu Misiri. Nushimike ku kuntu Yehova yakingiye abasavyi biwe muri kahise n’ukuntu abakingira muri iki gihe.

IVYIYUMVIRO NYAMUKURU

  • Yozefu yaranse gusambana kubera yakunda Yehova

  • Yobu ntiyaretse ngo ingorane zikomeye zitume aheba Yehova

  • Aho Musa yaba ari hose, ntiyigeze yibagira ko yari umusavyi wa Yehova

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika