Ku wa gatandatu
“Bararushiriza kugira umutima rugabo wo kuvuga ijambo ry’Imana ata bwoba”—ABAFILIPI 1:14
MU GITONDO
2:20 Ividewo y’umuziki
2:30 Ururirimbo No. 76 n’isengesho
2:40 INSIGURO Y’IBICE UMUNANI: Gira umutima rugabo . . .
Mutohoji wa Bibiliya (Ivyakozwe 8:35, 36; 13:48)
Wewe ukiri muto (Zaburi 71:5; Imigani 2:11)
Mwamamaji (1 Abatesalonika 2:2)
Wewe wubatse (Abanyefeso 4:26, 27)
Muvyeyi (1 Samweli 17:55)
Mutsimvyi (1 Abami 17:6-8, 12, 16)
Mukurambere (Ivyakozwe 20:28-30)
Wewe witereye mu myaka (Daniyeli 6:10, 11; 12:13)
3:50 Ururirimbo No. 119 n’amatangazo
4:00 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Nugire umutima rugabo, aho kuba umunyabwoba
Niwigane Yosuwa na Kalebu aho kwigana ba bakuru cumi (Guharūra 14:7-9)
Niwigane Yayeli aho kwigana abantu b’i Merozi (Abacamanza 5:23)
Niwigane Mikaya aho kwigana ba bahanuzi b’ikinyoma (1 Abami 22:14)
Niwigane Yeremiya aho kwigana Uriya (Yeremiya 26:21-23)
Niwigane Paulo aho kwigana wa musore w’umutware atunze (Mariko 10:21, 22)
4:45 IBATISIMU: “Ntituri muri bamwe basubira inyuma” (Abaheburayo 10:35, 36, 39; 11:30, 32-34, 36; 1 Petero 5:10)
5:15 Ururirimbo No. 38 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
6:35 Ividewo y’umuziki
6:45 Ururirimbo No. 111
6:50 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Ivyaremwe biratwigisha kugira umutima rugabo
Intambwe (Mika 5:8)
Amafarasi (Yobu 39:19-25)
Imikerenke (Zaburi 91:3, 13-15)
Iminuni (1 Petero 3:15)
Inzovu (Imigani 17:17)
7:40 Ururirimbo No. 60 n’amatangazo
7:50 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Ukuntu abavukanyi bagaragaza umutima rugabo . . .
Muri Afrika (Matayo 10:36-39)
Muri Aziya (Zekariya 2:8)
I Buraya (Ivyahishuwe 2:10)
Muri Amerika ya Ruguru (Yesaya 6:8)
Muri Oseyaniya (Zaburi 94:14, 19)
Muri Amerika y’Epfo (Zaburi 34:19)
9:15 Gira umutima rugabo ariko ntibitume wiyizigira (Imigani 3:5, 6; Yesaya 25:9; Yeremiya 17:5-10; Yohani 5:19)
9:50 Ururirimbo No. 3 n’isengesho ryo gusozera